/
UMUTI W’UKUTUMVIKANA N UMUTI W’UKUTUMVIKANA N

UMUTI W’UKUTUMVIKANA N - PowerPoint Presentation

enkanaum
enkanaum . @enkanaum
Follow
343 views
Uploaded On 2020-08-27

UMUTI W’UKUTUMVIKANA N - PPT Presentation

I IKIYAGO UMWIGISHA NDAYISABA Joseph AJEJWE IGISATA CHAIRE UNESCO MURI KAMINUZA YUBURUNDI CELAB 22 mars 2017 Tuzirikane Umwe mubo mukorana arabatera ishavu Arikundwakaza ID: 805837

ivyo ukutumvikana hari abantu ukutumvikana ivyo abantu hari inguvu kugira uwo umuntu kandi aho canke umwe inyifato wese uko

Share:

Link:

Embed:

Download Presentation from below link

Download The PPT/PDF document "UMUTI W’UKUTUMVIKANA N" is the property of its rightful owner. Permission is granted to download and print the materials on this web site for personal, non-commercial use only, and to display it on your personal computer provided you do not modify the materials and that you retain all copyright notices contained in the materials. By downloading content from our website, you accept the terms of this agreement.


Presentation Transcript

Slide1

UMUTI W’UKUTUMVIKANANI IKIYAGO

UMWIGISHA NDAYISABA Joseph

AJEJWE IGISATA CHAIRE UNESCO MURI KAMINUZA Y’UBURUNDI

CELAB, 22 mars 2017

Slide2

Tuzirikane

Umwe

mubo

mukorana

arabatera

ishavu

.

Arikundwakaza

,

aguma

aja

kudodobereza

abandi

bakozi

kandi

kenshi

arababeshera

.

Mwumva

mwarengewe

n’

inyifato

yiwe

.

Aratera

icuka

kibi

ku

kazi

.

Murinda

gutorera

inyishu

ico

kibazo

.

Inyishu

nziza

yoba

iyihe

muri

izi

:

Tumujane

mu

kabare

,

tumuboreze

,

hanyuma

tumutikure

tumuhashe

.

Turondere

natwe

ivyo

turementanya

tumurege

kwa

directeur,

hari

aho

yotwumva

akamuhana

canke

akamwirukana

Turindire

,

ngira

azohinduka

,

aracari

muto

Ngira

ndondere

akazi

ahandi

ndamubise

Tumutumeko

abahumure

dukorana

bamushire

mu

katabesha

,

bamwereke

ingaruka

mbi

z’inyifato

yiwe

.

Slide3

Slide4

Slide5

Ukutumvikana n’ukuvuga iki?

Abahinga

baha

UKUTUMVIKANA (le conflit)

insiguro

2

 :

Insiguro

ya

mbere

:

iyo

umuntu

afise

ivyo

yifuza

gushikako

bibiri

binganya

inguvu

ariko

bihushanye

.

Akarorero

 :

Umuntu

ashaka

kwiyahura

canke

kwahukana

.

Insiguro

ya

k

abiri

:

abantu

babana

mu

muryango

,

ku

kazi

,

mw’ishirahamwe

, mu

gihugu

ntibashobora

kubura

ivyo

bapfa

kubera

inyungu

bamwe

n’

abandi

barondera

.

N

iho

hava

Ukutumvikana

Slide6

Uko kutumvikana twogusigura gute ?

Umuntu

wese

afise

ivyo

yifuza

kuronka

no

kurangura

kugira

abeho

(besoins primaires),

canke

yumve

ko

afise

agaciro

(besoins immatériels

).

Ivyo

umuntu

akenera

kugira

abeho

:

aho

aba

,

ivyo

gufungura

,

kuvyara

abana

Cf.

Amatati

y’

amatongo

Ivyerekeye

kugira

agaciro

mu

bandi

:

Kugira

icubahiro

, kuba mu

migambwe

,

amadini

,

amoko

…(

les

identités

et les positions sociales

)…

NB:

Gupfa

icubahiro

canke

itunga

kenshi

biragora

gutandukanya

.

Umuntu

wese

abaye

intambamyi

kugira

ushike

kuco

ushaka

ntimwumvikana

, n’

umukeba

,

birashika

akaba

umwansi

wo

kurwanya

.

Kuko

iyo

agutesheje

gushika

ku

nyungu

zawe

,

arakubabaza

,

agutera

ishavu

,

inzigo

(

Cf. notion de frustration

)…

Niho

hava

ukutumvikana

.

Slide7

Uko kutumvikana twogusigura gute ?

Ukutumvikana

lero

bijanye

n’

ingwano

abantu

bamamwo

kugira

babandanye

babaho

,

borohewe

. (

Lutte pour la vie, Struggle for life

).

Ntitwumvikana

lero

n’

umuntu

uwariwe

wese

atubera

intambamyi

ku

nyungu

dushaka

gushikako

,

iyari

yo

yose

.

Ivyerekana

ko

abantu

batumvikana

ni

vyinshi

 :

kwidoga

,

gushavura

,

gutukana

,

kurwana

muri

babiri

,

canke

hagati

y’

ababashigikiye

abantu

bagahona

n’

ibintu

bikayogera

Iyo

lero

tudashoboye

kwumvikana

n’

uwo

yatubereye

intambamyi

hakurikira

gukoresha

inguvu

(violence),

ingwano

Ingwano

isigura

ishaka

ryo

kuzimanganya

canke

guhasha

« 

intambamyi

 ».

Slide8

Uko kutumvikana twogusigura gute ?

Ukutumvikana

rimwe

na

rimwe

na

mugenzawe

, n’

uwo

mubana

mu

nzu

,

mw’ishirahamwe

, mu

gihugu

, si

igicumuro

,

ni

ibisanzwe

.

Kubera

umuntu

wese

yama

ashaka

gushikira

inyungu

ziwe

,

inyungu

z’abandi

zigacika

intambamyi

,

bisigura

ko

ukutumvikana

hagati

y’

abantu

(

mbere

n’

ibikoko

)

ari

ibisanzwe

.

Ni

ibisanzwe

kandi

ko

abantu

badahuza

ivyiyumviro

.

Ariko

kenshi

abatiyumvira

nkatwe

,

abadakunda

ivyo

dukunda

ntitubumva

,

badutera

ishavu

,

turabafata

nk’abansi

,

nk’ibijuju

,

abataye

« 

umurongo

 »,

abahemu

Slide9

Ukutumvikana si igihushane c’amahoro

Ingorane

nyamukuru

ntitwozirondera

mu

vyo

abantu

bapfa

.

Vyama

biriho

,

kandi

bizokwamaho

.

Ukutumvikana

si

ukuvuga

ko

amahoro

aba

asambutse

.

Ko

imigenderanire

hagati

yacu

ipfuye

.

Igikomeye

n’

ingene

dutorera

umuti

uko

kutumvikana

.

Slide10

Slide11

inyifato zo kwirinda

igihe

hari

abo

tutumvikana

Gukenyererako

, bisa n’

uguhunga

ingorane

.

Guheberana

ntibihanagura

ukutumvikana

,

kandi

i

shavu

 

riraraba

ntirihera

.

Gukoresha

inguvu

:

ntizitorera

umuti

ukutumvikana

,

ziduza

ishavu

n’

inzikira

,

zigwiza

ishaka

ryo

kwihora

. Kandi

uko

inguvu

zikora

niko

zihera

.

 

Gukoresha

amayeri

,

irementanya

,

kugura

abantu

(corruption),

iterabwoba

.

Ingaruka

ni

zimwe

no

gukoresha

inguvu

.

Uwo

mupfa

ibintu

urashobora

« 

kumuzivya

 »

uciye

muri

izo

nzira

.

Ariko

ntibisigura

ko

ico

mupfa

kiba

giheze

.

Hari

imigani

mu

kirundi

ibisigura

:

« 

iyo

bumenya

umwe

bwari

ikindi

Aho

wabukaranga

nari

musi

y’urujo

,

Ruriye

abandi

rutakwibagiye

 ».

Slide12

Ni ryari ukutumvikana gutsimbatara

kukavamwo

n’

ingwano

 ?

Ukutizigiranira

.

Ukwinubana

, bituma

atawizigira

uwundi

,

umwe

wese

yishira

mu

mutwe

ko

mugenziwe

amushakira

inabi

,

ashaka

kumukuraho

Gupfa

ubuhizi

 : (Les conflits de position

):

Kwemera

ko

mugenzawe

afise

ukuri

bisa n’

ugutsindwa

.

Inyungu

zinyegeje

 

:

wibaza

ngo

mupfa

ivyo

mwotorera

umuti

,

nawe

afise

iyindi

ntumbero

 :

ashaka

kukunyaga

utwawe

akaguma

aduza

akariro

ngo

bikunde

murwane

,

kuko

yizigiye

inguvu

ziwe

Hari

abantu

muri

kamere

kabo

bigora

gutegera

abandi

:

abanyenzigo

(jaloux), a

batihanganira

kurushwa

,

uko

bigenda

kose

(

Cf.

Syndrôme

du Premier de

Classe

),

abakunzi

b’inda

Slide13

Ku vyerekeye ukutizigiranira(

La Puissance Créatrice de l’Hypothèse

)

Kenshi

ukutumvikana

kurava

mu

mwikeko

.

Muti

bigenda

gute

 ?

Wibaza

ko

naka

akwanka

,

agukengera

rimwe

na

rimwe

kubera

mudasangiye

idini

,

ubwoko

,

iyo

mwavukiye

... (

Raisonnement par

syllogisme

Ico

ciyumviro

kimaze

gutsimbatara

,

uca

utangura

kuraba

ribi

uwo

wibaza

ko

akwanka

:

kumwinuba

,

kumufata

nabi mu

mvugo

no mu

ngiro

.

Vyumvikana

ko

uwo

mugenzawe

ufashe

uko

aca

nawe

atangura

kugufata

nk’umwansi

,

kubera

amajambo

n’

inyifato

vyawe

.

Bigenze

uko

,

ivyo

wibaza

kuri

we

biba

bironse

ivyemezo

:

ntimubona

?

Muhora

mugira

ngo

ndamubeshera

 !

Slide14

Mwame mwibuka ingaruka

mbi

z’indwano

!

Abapfa

,

abakomereka

Abapfungwa

,

abatotezwa

,

abata

bakomoka

Intuntu

n’

ubwoba

vyizizira

imitima

y’

abantu

Ishavu

n’

ishaka

ryo

kwihora

uwadukoreye

amabi

(Cf. Crises de violences récurrentes au Burundi)

Ibintu

bisambuka

vyadutwaye

uburyo

n’

inguvu

nyinshi

Iterambere

risubira

inyuma

N’

ibindi

Slide15

Ingendo yo gutorera umuti

ukutumvikana

:

Kuyaga

,

Kuganira

Ukutumvikana

kwadutse

,

umuti

n’ukwemera

gushira

ahabona

ivyo

dupfa

mu

biganiro

:

birinda

kuba

inyifato

ya

misi

yose

.

Kwiyubara

ibishobora

kubabaza

mugenzawe

:

ibuka

g

ukoresha

inyifato

tsindashavu

” (

gusaba

imbabazi

,

inshumbusho

…)

Kwubahiriza

amategeko

n’umwumvikano

: Iyo

ukutumvikana

kwadutse

,

haba

hari

umwe

mu

batumvikana

yarenze

ku

mategeko

canke

amasezerano

(

ikibazo

:

ni

nde

yatanguye

?).

Abantu

baratoye

ubuhinga

bwo

kwerekana

umuntu

wese

aho

ageza

mu

bintu

atunze

no

muvyo

afitiye

uburenganzira

 :

uburimbi

mu

matongo

,

gutanga

inkwano

Slide16

Kugira ukuganira kugire ico

gushikako

,

hari

ibidahara

:

Ivyo

abaganira

bapfa

birinda

kumenyekana

neza

ivyari

vyo

.

Abantu

badatomoye

ivyo

bapfa

,

kandi

bakavyemanga

,

urubanza

rwabo

ntirucika

.

Ico

umwe

umwe

wese

arondera

kirinda

kwumvikana

kandi

kikaba

gishoboka

.

Gusaba

nkana

ibidashoboka

uba

ushaka

intambara

. (

NB:

akarimbi

hagati

y’ibishoboka

n’ibidashoboka

?)

Umwe

wese

mu

baganira

arinda

kwitegura

kugira

ico

arekuye

.

M

u

biganiro

ntushobora

kuronka

ivyo

wifuza

vyose

,

uwo

muganira

nawe

abure

vyose

.

Ntibishoboka

.

Dutegere

neza

:

ibi

tuvuze

vyerekeye

umubano

usanzwe

hagati

y’

abantu

. Hari

ubukozi

bw’ikibi

buhanwa

n’

amategeko

kubera

buhungabanya

umutekano

:

ubusuma

,

ubwicanyi

….

Slide17

Kugira ukuganira bigire ico

bishitseko

,

hari

ibidahara

:

Abaganira

barinda

kuba

bafise

ishaka

ryo

gusubira

kubana

neza

(Sauvegarde de la Relation

)

Hari

uwo

mutumvikana

,

irinde

gukoresha

amayeri

,

irementanya

,

iterabwoba

,

inguvu

.

Kuko

ukutumvikana

kugumaho

.

Ishavu

ntirihera

,

ahubwo

rirongerekana

.

Abaganira

barinda

guhagarika

imishamirano

:

abantu

bariko

baratukana

canke

bagwana

ntibikunda

ko

bumvikana

.

Iyo

ishavu

ryabaye

rirerire

,

hari

aho

biba

ngombwa

ko

abashamiranye

bahera

mu

gutukana

,

ijwi

rikaduga

,

biragabanya

akazikira

,

ukuvugana

bigakunda

. (Cpt cathartique)

Slide18

Abahuza

Hari

aho

abatumvikana

bibananira

guhura

ngo

bayage

ivyo

bapfa

,

bagakenera

abaja

hagati

. (Cf.

Abashingantahe

,

abahuza

…)

Kugira

nabo

nyene

bashike

aho

bumvikanisha

abatase

,

hari

inyifato

n’

ubuhinga

barinda

gukoresha

( Techniques d’Ecoute) :

Gutegera

neza

ivyo

abo

buzuriza

bapfa

Kwirinda

guhengama

mu

mvugo

no mu

nyifato

Gutomora

neza

ivyo

bategereye

Kudoma

urutoke

ku

ruhara

rw’umwe

n’

uwundi

mu

kutumvikana

kwabo

Kubereka

inzira

zobafasha

kuva

mu

mishamirano

bagasubira

kwumvikana

Slide19

Ingaruka nziza z’ikiyago mu gihe

tugize

ivyo

dupfa

Kirigisha

gutegera

ko

abandi

babara

,

bidashikira

twebwe

gusa

Turahigira

ubuhinga

bwo

kubana

neza

no

kwirinda

imishamirano

Ikiyago

kirafasha

gutegera

agaciro

k’uwo

tutumvikana

Iyo

mwumvikanye

n’

uwo

mwari

mushamiranye

biraruhura

, n’

umutwaro

n’

umwitwarariko

biba

bivuye

mu

nzira

Ikiyago

gituma

tugwiza

abagenzi

,

tukagabanya

abansi

Ikiyago

kirerekana

inguvu

n’

ubutwari

bw’umuntu

.

Kwemera

kuyaga

« n’

umwansi

 » si

twese

tubishobora

.

Slide20

Gusozera

Ukutumvikana

kurasanzwe

kandi

kuzokwamaho

hagati

y’abantu

,

i

gihe

cose

abantu

baba

bafise

inyungu

bakurikirana

,

Igituma

ukutumvikana

kuvamwo

ingwano

n’ubwicanyi

,

n’ugushaka

kwigungirako

,

kudategera

ko

mugenzawe

ababazwa

n’inyifato

yawe

imurenganya

,

ukwizigira

cane

inguvu

Ni

twaba

dushaka

kubana

neza

aho

tuba, mu

mashirahamwe

, mu

gihugu

,

turinda

imisi

yose

kwemera

tugashira

ahabona

ivyo

dupfa

.

Kuko

n’ibisanzwe

ko

bihaba

.

Birababaje

kubona

A

barundi

tudakura

icigwa

mu

makuba

twabayemwo

,

ngo

duhindure

ingendo

,

dushire

imbere

ikiyago

.

Slide21

Slide22

Image d’un pays qui brûle!

Slide23

La détresse se lit dans ces visages d’enfants réfugiés en Tanzanie

Slide24

Mwakoze

kuba

mwanteze

amatwi

Related Contents


Next Show more