Imvo zawe ni izihe MasksOnVT Twambara agapfukamunwa kugira dukingire abandi bagire umutekano amp amagara meza HealthVermontgovMasksOnVT Kirundi ID: 805831
Download The PPT/PDF document "Ntawoharira: Abanyagihugu ba Vermont bat..." is the property of its rightful owner. Permission is granted to download and print the materials on this web site for personal, non-commercial use only, and to display it on your personal computer provided you do not modify the materials and that you retain all copyright notices contained in the materials. By downloading content from our website, you accept the terms of this agreement.
Slide1
Ntawoharira: Abanyagihugu ba Vermont bategerezwa gufasha abandi banyagihugu ba Vermont. Uko ikiza ca COVID-19 kibandanya, ntivyari bwigere biba ibihambaye gutya ko twese dutera intambwe yo kugabanya ikwiragira ryayo, na canecane tubigirira abanyagihugu ba Vermont bafise ingorane zo kwandukizwa indwara ikomeye. Ibi bisigura ko dutegerezwa kwambara agapfukamunwa canke kwipfuka buri gihe utabashije gusigaza ikirere c’ imetero zibiri hagati yawe n’abantu mutabana. Intambwe zoroshe nka bene izi zirinda reta yacu kugira igume iri ahantu humutekano ho kuba, ho gukorera akazi be no gukinira.Imvo zawe ni izihe?#MasksOnVT
Twambara agapfukamunwa…kugira dukingire abandi bagire umutekano & amagara meza.
HealthVermont.gov/MasksOnVT
Kirundi