GUSANGIRA N’ ABANDI - PowerPoint Presentation

GUSANGIRA  N’ ABANDI
GUSANGIRA  N’ ABANDI

GUSANGIRA N’ ABANDI - Description


IJAMBO RYIMANA Icigwa c 7 co kuwa 15 Myandagaro 2020 uko ni kw ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera ntirizogaruka ubusa ariko rizoshitsa ivyo ngomba rizosozera ico naritumye ID: 804631 Download

Tags

ijambo imana kandi bibiliya imana ijambo bibiliya kandi ivyanditswe bwacu ari bwayo kristo bwo kand

Embed / Share - GUSANGIRA N’ ABANDI


Presentation on theme: "GUSANGIRA N’ ABANDI"— Presentation transcript


Slide1

GUSANGIRA

N’

ABANDI IJAMBO RY’IMANA

Icigwa c’

7

co kuwa

15

Myandagaro

2020

Slide2

uko ni kw ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera: ntirizogaruka ubusa, ariko rizoshitsa ivyo ngomba, rizosozera ico naritumye.Yesaya 55:11

Slide3

N’igiki Bibiliya yivugako?Ivyiza vyayoUbubasha bwayo bwo kuremaN’

igiki twokora tuyishimikije?Kwironkera inyungu

zayoKwizera amasezerano yayoKuyisabikanya n’abandiYesu yaravuze ati:"kand’ari vyo [Ivyanditswe] binshingira intahe."  (Yohana 5:39)Yesu ni We ngingo nkuru ya Bibiliya yose.Niyo mpamvu ifise ububasha. Imana yihishuriye abantu ubwayo mu buryo bwinshi, kandi Bibiliya irabigaragaza.Ntabwo ari igitabu co gusomwa, ahubwo n’ico “kuribwa

” (Ezeki

yeli

3:3).

Tubwirizwa kureka Ivyanditswe bikuzura mu bwenge bwacu, bikaduhindura, kandi bikaduha n’ubushobozi bwo gusangira n’abandi ingingo nkuru yayo nyamukuru; ari yo, urukundo na kamere vya Yesu.

Slide4

IVYIZA VYAYO Ijambo ryawe n'itara rimurikira ibirenge vyanje, N'umuco umurikira mu nzira yanje.

Zaburi 119:105

Bibiliya igereranywa n’ibintu vyinshi, ari navyo vyerekana ubwiza bwayo.

Igihe twize Ijambo ry’Imana, ubuzima bwacu buca buhindurwa n’ubugwaneza bwayo

,

tugahimbarwa n’urukundo rwayo, tugatangazwa n’ubuntu bwayo, kandi tugashimishwa n’ukuba kumwe natwe kwayo.

Zaburi

119:105

Y

eremi

y

a 23:29

Y

eremi

y

a 23:29

Luk

a

8:11

Mat

ayo

4:4

Slide5

UBUBASHA BWAYO BWO KUREMA Kukw ijambo ry'Imana ari rizima, rifise ubukuba, rifise ubugi buruta ubg' inkota zose, rikinjira n'aho ritanya ubugingo n'impwemu, rigatanya ingingo n'umusokoro, risuzuma ivyo umutima wiyumvira, ukagabira.

Abaheburayo 4:12

Mw’itanguriro, Imana «  yavuze, bikaba, Yageze, bikaguma. » (Zaburi 33:9)Ubwo bubasha nyene bw’Ijambo ry’Imana bwo kurema ni bwo dusanga mw’Ijambo ryayo ryanditse, Bibiliya. Wa Mpwemu nyene yakora mw’irema ni we yahumetse Ivyanditswe. Mpwemu Year ashobora kugira irema risha muri twebwe. Dusabwa gusa kumureka agakorera mu buzima bwacu uko dusoma Bibiliya. Mpwemu Yera azohindura kandi ubuzima bw’abandi bantu mu gihe tubafasha gusobanukirwa n’Ivyanditswe.

Slide6

KWIRONKERA INYUNGU ZAYO « Ivyanditswe vyose vyahumetswe n'Imana, kandi bigira ikimazi co kwigisha umuntu, no kumuhana, no kumutunganya, no kumutoza indero nziza mu kugororoka

 » 2 Timoteyo 3:16

Bibiliya yuzuye inyungu ku buzima bwacu. Reka turabe zimwe muri zo. 2 Petero 1:4. Itugira abasangiye kamere n’ImanaYakobo

1:21

.

Ikiza ubugingo bwacu

Ivyak.

20:32

.

Iduha kugira umurage mu bejejwe

2 Timote

yo

3:15, 17. I

tugira abanyabwenge, abatunganye kandi idadutegura ngo dukore igikorwa cose ciza

2 Timothy

3:16

.

Inyigisho

.

I

hishura ukuri kandi igatunga urutoke ikinyoma

Icagiriji

.

Itwereka ivyaha vyacu

Igihano

. Ihindura amakosha yacu

Gutozwa indero. Iduhishurira

ubugororotsi bwa Kristo

Slide7

KWIZERA AMASEZERANO YAYO« Kand' Imana yanje izobamara ubukene bganyu bgose, nk'ukw itunga ry'ubgiza ryayo riri ryo muri Kristo Yesu ».Ab'i Filipi 4:19

Har’amasezerano arenga 3000 muri Bibiliya. Imana yariyemeje gushitsa rimwe rimwe ryose mu buzima bwacu, kand’iduter’umwete zo kuyishuza. Ayo masezerano yemeza ko Imana yitayeho ubukene bwacu bw’umubiri n’impwemu. Umusi twahuye na Yo amaso ku maso, tuzovuga ngo

: “nta jambo na rimwe ritashitse mu vyiza vyose yasezeranye.” (1 Abami 8:56).Uko biri kwose, amasezerano yayo ntabura ic’asaba. Kubura ukwizera bishobora kuyaburizamwo. (Heb. 4:2).Yesaya 33:16

Luk

a

12:27-28

Ye

sa

y

a

43:2

Zaburi

91:11

Zaburi

4:8

Ye

sa

y

a

40:31

Imigisha iva mu masezerano y’Imana icika rwacu mu gihe tuyishuje kubwo kwizera kandi tukizera kw’ari ay’ukuri kuko Kristo yama ar’umwizigirwa.

Slide8

“Dutegerezwa kudafata Ivyanditswe nk’igitabo gua, ahubwo tubifate cane cane nk’Ijambo Imana itwibwiriye ku giti c’umuntu. […]Niko biri no ku masezerano yose yo mw’Ijambo ry’Imana. Muri yo, ivugana n’umw’umwe wese, ikatubwira nk’aho twoba turiko turumva ijwi ryayo. Ni mur’aya masezerano nyene Kristo adushitsako ubuntu bwiwe n’ubushobozi bwiwe. Ni amababi yo ku giti kivugwa mu Vyahishuwe kigenewe ‘kuvura amahanga.’ Ivyah. 22:2. Yakiriwe, akaba mu vyiyumviro, ahinduka inkomezi za kamere, ihishurwa n’icishimikizo c’ubuzima.”

E.G.W. (Igikorwa c’ubuvuzi, igice. 7, p. 122)

Slide9

KUYISABIKANYA N’ABANDI

« Umwami Uhoraho ampaye ururimi rw'abigishwa, kugira ngo mmenye uko nosindangirisha urushe amajambo; ankangura uko bukeye, akangurira ugutwi kwanje kwumva, nk'ukw abigishwa bumviriza. » Yesaya 50:4

Imana “ikangura” amatwi yacu kand’ikaduha ubwenge mu gihe twiga Bibiliya buri musi.Iduha kandi “ururimi rw’abigishwa” kugira ngo dusabikanye n’abandi inkuru nziza.Ijambo ry’Imana ntirishobora kwugaranirwa mu mitima yacu. Umunezero w’agakiza udusunikira ku gukoresha neza akaryo kose ngo dusabikanye ubutumwa bwayo n’abo bose ataco bayiziko. Paulo aduhamagarira gukora ibi: “uvuge ijambo ry'Imana, uhore ugavye mu gihe gikwiye no mu kidakwiye, uhane, wihanize, uhanure, mu kwihangana kwose no mu kwigisha.4:2.” (2 Timoteyo )

Slide10

“Inyigisho yar’ikwiriye kuronderwa mu gusesangura Ivyanditswe, n’ubumenyi ngiro bw’umugambi w’agakiza. Izonagura ishusho y’Imana mu mushaha, izokomeza impwemu mu guhangana n’ibigeragezo kand’izoshoboza umwigishwa gukorana na Yesu Kristo mu gikorwa ciwe c’imbabazi. Izomuhindura uwo mu bagize umuryango w’Imana kand’imutegurire kugira uruhara ku mugabane w’abera.”E.G.W. (Imigani ya Kristo, igice ca 2, p. 42)

Shom More....
vizettan
By: vizettan
Views: 0
Type: Public

Download Section

Please download the presentation from below link :


Download - The PPT/PDF document "GUSANGIRA N’ ABANDI" is the property of its rightful owner. Permission is granted to download and print the materials on this web site for personal, non-commercial use only, and to display it on your personal computer provided you do not modify the materials and that you retain all copyright notices contained in the materials. By downloading content from our website, you accept the terms of this agreement.

Try DocSlides online tool for compressing your PDF Files Try Now